ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 20:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Aho amariye guca muri iyo mihingo akaremesha abahari akoresheje amajambo atari make+, aza mu Bugiriki.

  • Abaheburayo 10:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 tudaheba kwa gukoranira hamwe kwacu+, nk’uko bamwe babimenyereye, mugabo turemeshanya+, kandi birushirize kumera gutyo uko mubona wa musi wegereza+.

  • 1 Petero 5:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Biciye kuri Silivano+, mwene wacu w’umwizigirwa, nk’uko ndamufata, ndabandikiye muri make+ ngo ntange indemesho, nshinge n’intahe ndabigiranye ubwira yuko ubu ari bwo buntu nyakuri ata wari abukwiriye bw’Imana; mubuhagararemwo mushikamye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika