Kuvayo 12:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Buno nyene Musa ahamagara abagabo b’inararibonye bose ba Isirayeli+, ababwira ati: “Nimwirobanurire ibitungwa bitobito* nk’uko imiryango yanyu iri, muheze mukerere imbagwa ya pasika+. 2 Ngoma 30:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Inyuma y’ivyo bakerera imbagwa ya pasika+ ku musi ugira cumi na kane w’ukwezi kugira kabiri; abaherezi n’Abalewi bari bacishijwe bugufi ku buryo biyeza+ maze bakazana mu nzu ya Yehova amashikanwa aturirwa.
21 Buno nyene Musa ahamagara abagabo b’inararibonye bose ba Isirayeli+, ababwira ati: “Nimwirobanurire ibitungwa bitobito* nk’uko imiryango yanyu iri, muheze mukerere imbagwa ya pasika+.
15 Inyuma y’ivyo bakerera imbagwa ya pasika+ ku musi ugira cumi na kane w’ukwezi kugira kabiri; abaherezi n’Abalewi bari bacishijwe bugufi ku buryo biyeza+ maze bakazana mu nzu ya Yehova amashikanwa aturirwa.