ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 20:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Abantu baguma bahagaze nka hariya, mugabo Musa yegera ca kigwi c’igicu cijimye aho Imana y’ukuri yari+.

  • Gusubira mu vyagezwe 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Nuko muregera hafi maze muhagarara ku mucamo w’umusozi, kandi umusozi wariko uraka umuriro gushika hagati mw’ijuru; hari umwiza, igicu n’umuzimagiza w’umuzitanya+.

  • Zaburi 97:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Ibicu n’umuzimagiza w’umuzitanya bikwiye irya n’ino yiwe hose+;

      Ubugororotsi be n’ubutungane ni vyo kibanza gishimangiye c’intebe yiwe y’ubwami+.

  • Abaheburayo 12:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kuko ico mwegereye atari igishobora gukorakorwa+ kandi catongojwe umuriro+, be n’igicu cijimye n’umwiza w’umuzitanya n’igihuhusi+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika