1 Abami 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hanyuma avuga ati: “Arahezagiwe Yehova+ Imana ya Isirayeli, we yavuganye na Dawidi+ dawe akoresheje akanwa kiwe, kandi agashitsa+ n’ukuboko kwiwe, mu kuvuga ati: Yesaya 55:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 ni ko n’ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera+. Ntirizogaruka kuri jewe hatagize ikivamwo+, mugabo rizokora koko icampimbaye+, kandi ata kabuza rizororanirwa mu co naritumye+.
15 Hanyuma avuga ati: “Arahezagiwe Yehova+ Imana ya Isirayeli, we yavuganye na Dawidi+ dawe akoresheje akanwa kiwe, kandi agashitsa+ n’ukuboko kwiwe, mu kuvuga ati:
11 ni ko n’ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera+. Ntirizogaruka kuri jewe hatagize ikivamwo+, mugabo rizokora koko icampimbaye+, kandi ata kabuza rizororanirwa mu co naritumye+.