2 Abami 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Tega ugutwi, Yehova we, wumve+. Ugurura amaso+, ewe Yehova, ubone, wumve amajambo ya Senakeribu, ayo yatumye gucokora+ Imana nzima. Zaburi 33:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ehe! Ijisho rya Yehova riri ku bamutinya+,Kuri barya barindiriye ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+, Zaburi 34:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Amaso ya Yehova ari ku bagororotsi+,Kandi amatwi yiwe ari ku gutabaza kwabo+.
16 Tega ugutwi, Yehova we, wumve+. Ugurura amaso+, ewe Yehova, ubone, wumve amajambo ya Senakeribu, ayo yatumye gucokora+ Imana nzima.
18 Ehe! Ijisho rya Yehova riri ku bamutinya+,Kuri barya barindiriye ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+, Zaburi 34:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Amaso ya Yehova ari ku bagororotsi+,Kandi amatwi yiwe ari ku gutabaza kwabo+.