Gusubira mu vyagezwe 26:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 uze utore bikeyi ku mushuzo+ w’ivyamwa vyose vy’ubutaka, ivyo uzokwimbura mu gihugu cawe Yehova Imana yawe agira aguhe, uheze ubishire mu gisimbo hanyuma uje ahantu Yehova Imana yawe azotora ngo atume izina ryiwe ari ho riba+. 2 Ngoma 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Gusa wewe si we uzokwubaka iyo nzu+, ahubwo umuhungu wawe azova muri wewe ni we azokwubakira inzu izina ryanje+.’ Nehemiya 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nimwamara kungarukako+ mukagumya amabwirizwa yanje+, mukayashitsa+, naho abashwiragiye banyu bazoba bari ku mpera y’amajuru, nzobegeranya ndabakuyeyo+, ndabazane+ ata gukeka ahantu natoye ngo izina ryanje rihabe+.’
2 uze utore bikeyi ku mushuzo+ w’ivyamwa vyose vy’ubutaka, ivyo uzokwimbura mu gihugu cawe Yehova Imana yawe agira aguhe, uheze ubishire mu gisimbo hanyuma uje ahantu Yehova Imana yawe azotora ngo atume izina ryiwe ari ho riba+.
9 Gusa wewe si we uzokwubaka iyo nzu+, ahubwo umuhungu wawe azova muri wewe ni we azokwubakira inzu izina ryanje+.’
9 Nimwamara kungarukako+ mukagumya amabwirizwa yanje+, mukayashitsa+, naho abashwiragiye banyu bazoba bari ku mpera y’amajuru, nzobegeranya ndabakuyeyo+, ndabazane+ ata gukeka ahantu natoye ngo izina ryanje rihabe+.’