Yosuwa 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Isirayeli yacumuye, bahonyanze isezerano ryanje+ nabategetse kugumya; kandi batoye ku kintu co gutikizwa+, kandi bivye+, kandi babinumye+, kandi babishize mu bintu vyabo bwite+. Abacamanza 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Isirayeli+, bituma abatanga mu maboko y’abasahuzi, batangura kubasahura+; kandi atangura kubagurisha mu kuboko kw’abansi babo bari irya n’ino yabo+, ntibaba bagishobora guhagarara imbere y’abansi babo+.
11 Isirayeli yacumuye, bahonyanze isezerano ryanje+ nabategetse kugumya; kandi batoye ku kintu co gutikizwa+, kandi bivye+, kandi babinumye+, kandi babishize mu bintu vyabo bwite+.
14 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Isirayeli+, bituma abatanga mu maboko y’abasahuzi, batangura kubasahura+; kandi atangura kubagurisha mu kuboko kw’abansi babo bari irya n’ino yabo+, ntibaba bagishobora guhagarara imbere y’abansi babo+.