1 Abami 8:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “Abantu bawe Isirayeli nibatsindwa imbere y’umwansi+, kubera yuko bazoba bagumye bagucumurako+, hanyuma bakagaruka koko kuri wewe+, bagahaya izina ryawe+, bagasenga+ kandi bagasaba ubutoni berekeje kuri wewe muri iyi nzu+, Daniyeli 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ndaheza mpanga amaso+ Yehova ya Mana y’ukuri, kugira ngo ndamurondere mu gusenga+ no mu kwinginga, mu kwisonzesha no mu kwambara igunira* no mu kwisiga iminyota+.
33 “Abantu bawe Isirayeli nibatsindwa imbere y’umwansi+, kubera yuko bazoba bagumye bagucumurako+, hanyuma bakagaruka koko kuri wewe+, bagahaya izina ryawe+, bagasenga+ kandi bagasaba ubutoni berekeje kuri wewe muri iyi nzu+,
3 Ndaheza mpanga amaso+ Yehova ya Mana y’ukuri, kugira ngo ndamurondere mu gusenga+ no mu kwinginga, mu kwisonzesha no mu kwambara igunira* no mu kwisiga iminyota+.