ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Rusi 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Nuko mu misi abacamanza+ bashitsa ubutungane, ikigoyi+ kiratera mu gihugu, maze umugabo umwe ava i Betelehemu+ muri Yuda kugira aje kuba mu turere twa Mowabu+ ari kavamahanga, we hamwe n’umugore wiwe n’abahungu biwe babiri.

  • 2 Abami 6:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Mu nyuma haduka ikigoyi gikomeye i Samariya+; maze ehe, barahugariza gushika aho umutwe w’indogobwa+ uba uwuciye ibice mirongo umunani vy’ifeza, ica kane c’ingero ya kabu* y’amavyi+ y’inuma na co kiba igiciye ibice bitanu vy’ifeza.

  • 2 Ngoma 20:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 ‘Icago nicatuzako+, ari inkota canke urubanza rubi canke ikiza+ canke ikigoyi+, tuze duhagarare imbere y’iyi nzu+ n’imbere yawe (kuko izina ryawe+ riri muri iyi nzu), kugira ngo tugutabaze mu marushwa yacu, uheze wumve maze udukize+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika