ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 “Uzojana imbuto nyinshi mu murima, ariko wimbure duke+, kuko inzige zizobiyogeza+.

  • Yoweli 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ivyasigajwe n’ikinyabwoya, uruzige rwabiriye+; kandi ivyasigajwe n’uruzige, uruzige rutagira amababa rwikwega hasi rwabiriye; kandi ivyo uruzige rutagira amababa rwikwega hasi rwasigaje, inyenzi yabiriye+.

  • Yoweli 2:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Nzobashumbusha ku myaka yariwe n’uruzige be n’uruzige rutagira amababa rwikwega hasi, n’inyenzi n’ikinyabwoya, za nteko zanje za gisirikare zikomeye nabarungikamwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika