ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Mu gihe kavamahanga abanye nawe ari kavamahanga, kandi vy’ukuri akaba ashaka guhimbariza pasika Yehova, uw’igitsina-gabo wese mu biwe nagenyerwe+. Maze rero arashobora kwegera akayihimbaza; aze acike nk’imvukira y’ico gihugu. Ariko nta mugabo atagenyerewe ashobora kuyiryako.

  • Rusi 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Rusi avuga ati: “Yaco unyinginga ngo nguhebe, ngo nsubire inyuma ndeke kujana nawe; kuko aho uzoja ari ho nzoja, kandi aho uzorara ni ho nzorara+. Abantu bawe bazoba abantu banje+, n’Imana yawe ibe Imana yanje+.

  • Yesaya 56:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi umunyamahanga yifatanije na Yehova ntavuge ngo+: ‘Yehova ntazobura kuntandukanya n’abantu biwe+.’ Kandi inkone*+ ntivuge ngo: ‘Raba! Ndi igiti cumye.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika