Matayo 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko hari inkone* zavutse gutyo kuva mu nda ya ba nyina+, hakaba n’inkone zagizwe inkone n’abantu, hakaba n’inkone zigize inkone ku bw’ubwami bwo mw’ijuru. Uwushoboye kuvyemera navyemere+.” 1 Abakorinto 7:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 N’uwutanze rero ubusugi bwiwe mu kwubaka aba agize neza+, mugabo uwutabutanze mu kwubaka azoba agize neza kuruta+. 2 Abakorinto 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuva ubu rero, nta muntu n’umwe tuzi ku mubiri+. Naho twamenye Kristu ku mubiri+, mu vy’ukuri ubu si ko tukimuzi+.
12 Kuko hari inkone* zavutse gutyo kuva mu nda ya ba nyina+, hakaba n’inkone zagizwe inkone n’abantu, hakaba n’inkone zigize inkone ku bw’ubwami bwo mw’ijuru. Uwushoboye kuvyemera navyemere+.”
38 N’uwutanze rero ubusugi bwiwe mu kwubaka aba agize neza+, mugabo uwutabutanze mu kwubaka azoba agize neza kuruta+.
16 Kuva ubu rero, nta muntu n’umwe tuzi ku mubiri+. Naho twamenye Kristu ku mubiri+, mu vy’ukuri ubu si ko tukimuzi+.