ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abakorinto 7:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Mu vy’ukuri, nshaka ko mutagira amaganya+. Umugabo atubatse aganyishwa n’ivy’Umukama, ingene yoshimwa n’Umukama.

  • 1 Abakorinto 7:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 N’uwutanze rero ubusugi bwiwe mu kwubaka aba agize neza+, mugabo uwutabutanze mu kwubaka azoba agize neza kuruta+.

  • 1 Abakorinto 9:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mbega ntidufise uburenganzira bwo kwabira+ mushiki wacu tukajana, cokimwe n’izindi ntumwa na bene wabo n’Umukama+ be na Kefa+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika