Gusubira mu vyagezwe 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Nta mugabo yakonywe+ mu gufyonyorwa amatengatwa+ canke yacitse igihimba c’irondoka ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova. Yesaya 56:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi umunyamahanga yifatanije na Yehova ntavuge ngo+: ‘Yehova ntazobura kuntandukanya n’abantu biwe+.’ Kandi inkone*+ ntivuge ngo: ‘Raba! Ndi igiti cumye.’”
23 “Nta mugabo yakonywe+ mu gufyonyorwa amatengatwa+ canke yacitse igihimba c’irondoka ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova.
3 Kandi umunyamahanga yifatanije na Yehova ntavuge ngo+: ‘Yehova ntazobura kuntandukanya n’abantu biwe+.’ Kandi inkone*+ ntivuge ngo: ‘Raba! Ndi igiti cumye.’”