2 Ngoma 29:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze uburakari+ bwa Yehova buza kuri Yuda na Yeruzalemu, ku buryo abagira akajugumiza+ akabagira n’akajoreza+ be n’abo kuvugiriza agahwa+, nk’uko muvyibonera n’amaso yanyu. Yeremiya 19:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi iki gisagara nzokigira akajoreza be n’ikintu co kuvugiriza agahwa+. Umuntu wese azoca iruhande yaco azogitamarira ajongorotse yongere avuze agahwa kubera ivyago vyaco vyose+. Daniyeli 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko ashitsa amajambo yayo yari yaratuvuzeko+ twe n’abacamanza bacu baducira imanza+, atuzanako ivyago bikomeye, ku buryo munsi y’amajuru yose ata vyahagiriwe nk’ivyagiriwe i Yeruzalemu+.
8 Maze uburakari+ bwa Yehova buza kuri Yuda na Yeruzalemu, ku buryo abagira akajugumiza+ akabagira n’akajoreza+ be n’abo kuvugiriza agahwa+, nk’uko muvyibonera n’amaso yanyu.
8 Kandi iki gisagara nzokigira akajoreza be n’ikintu co kuvugiriza agahwa+. Umuntu wese azoca iruhande yaco azogitamarira ajongorotse yongere avuze agahwa kubera ivyago vyaco vyose+.
12 Nuko ashitsa amajambo yayo yari yaratuvuzeko+ twe n’abacamanza bacu baducira imanza+, atuzanako ivyago bikomeye, ku buryo munsi y’amajuru yose ata vyahagiriwe nk’ivyagiriwe i Yeruzalemu+.