ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 9:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Iyi nzu na yo izocika ibirundo vy’ibihomvagurike+. Uwuzoyica iruhande wese azoraba yumiwe+, avuze koko agahwa, avuge ati: ‘Ni kubera iki Yehova yagiriye gutya iki gihugu n’iyi nzu+?’

  • Yeremiya 18:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 kugira ngo igihugu cabo bakigire akajoreza+, kibe ico kuvugiriza agahwa gushika igihe kitagira urugero+. Umuntu wese azoca iruhande yaco azogitamarira ajongorotse yongere azunze umutwe+.

  • Gucura intimba 2:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Abahita ku nzira bose bakubise amashi ku yandi baguhema+.

      Bavugije agahwa+ kandi baguma bazungiriza umutwe+ umukobwa wa Yeruzalemu, bavuga bati:

      “Mbega iki ni ca gisagara bahora bavuga ngo: ‘Ni ubwiza butagira akanenge, umwigino w’isi yose+’?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika