2 Samweli 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko Hiramu+ umwami wa Tiro arungika intumwa+ kuri Dawidi, be n’ibiti vy’amasederi+ n’abakora mu vy’ibiti be n’abakora mu vy’amabuye y’impome, maze batangura kwubakira Dawidi inzu+. 1 Abami 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Salomo na we atuma kuri Hiramu ati+:
11 Nuko Hiramu+ umwami wa Tiro arungika intumwa+ kuri Dawidi, be n’ibiti vy’amasederi+ n’abakora mu vy’ibiti be n’abakora mu vy’amabuye y’impome, maze batangura kwubakira Dawidi inzu+.