ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 6:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ibaraza+ ry’imbere y’urusengero rya nya nzu ryari rifise uburebure bw’amatambwe mirongo ibiri, imbere y’ubwaguke bw’iyo nzu. Ubwimbike bwaryo bwari amatambwe cumi, imbere y’iyo nzu.

  • Ezekiyeli 8:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nuko anzana mu kigo c’indani c’inzu ya Yehova+, maze ngize ntya, ku bwinjiriro bw’urusengero rwa Yehova, hagati y’ibaraza n’igicaniro+, mbona hari abagabo nka mirongo ibiri na batanu+ bahaye imigongo urusengero rwa Yehova+, mu maso habo haraba mu buseruko, bakaba bari bunamye baraba mu buseruko, bunamiye izuba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika