ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nuko duca kure ya bene wacu, bene Esawu+, ababa i Seyiri, kure y’inzira ya Araba+, kure ya Elati na kure ya Eziyoni-geberi+.

      “Hanyuma turahindukira turengana duciye mu nzira y’agahinga ka Mowabu+.

  • 2 Abami 14:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ni we yubatse Elati+ maze ayisubiza kuri Yuda inyuma y’aho umwami aryamiye hamwe na ba sekuruza biwe.

  • 2 Abami 16:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ico gihe, Rezini umwami wa Siriya asubiza Elati+ kuri Edomu, hanyuma yirukana Abayuda i Elati; Abanyedomu na bo binjira i Elati maze babandanya kubayo gushika n’uyu musi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika