Matayo 12:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Wa mwamikazi wo mu bumanuko+ azohagurutsanywa n’iri yaruka mu rubanza aritsindishe; kuko yaje ava ku mpera z’isi kugira yumve ubukerebutsi bwa Salomo, mugabo, ehe ng’aha hari ikiruta Salomo+. Matayo 22:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Ntihaboneka n’umwe ashobora kugira ijambo amwishuye, eka ntihagira n’umwe yubahuka kwongera kumubaza ikibazo kuva uyo musi+.
42 Wa mwamikazi wo mu bumanuko+ azohagurutsanywa n’iri yaruka mu rubanza aritsindishe; kuko yaje ava ku mpera z’isi kugira yumve ubukerebutsi bwa Salomo, mugabo, ehe ng’aha hari ikiruta Salomo+.
46 Ntihaboneka n’umwe ashobora kugira ijambo amwishuye, eka ntihagira n’umwe yubahuka kwongera kumubaza ikibazo kuva uyo musi+.