Matayo 11:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Iri yaruka ndarigereranye na nde+? Rimeze nk’abana batoyi bicaye mu tuguriro basemerera babwira abo bakinana+ Matayo 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo ndababwiye yuko ng’aha hari ikiruta urusengero+. Luka 11:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Umwamikazi+ wo mu bumanuko azohagurutsanywa n’abagabo b’iri yaruka mu rubanza abatsindishe; kuko yaje ava ku mpera z’isi kugira ngo yumve ubukerebutsi bwa Salomo, mugabo, ehe uwuruta+ Salomo ari ng’aha.
16 “Iri yaruka ndarigereranye na nde+? Rimeze nk’abana batoyi bicaye mu tuguriro basemerera babwira abo bakinana+
31 Umwamikazi+ wo mu bumanuko azohagurutsanywa n’abagabo b’iri yaruka mu rubanza abatsindishe; kuko yaje ava ku mpera z’isi kugira ngo yumve ubukerebutsi bwa Salomo, mugabo, ehe uwuruta+ Salomo ari ng’aha.