Luka 11:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Umwamikazi+ wo mu bumanuko azohagurutsanywa n’abagabo b’iri yaruka mu rubanza abatsindishe; kuko yaje ava ku mpera z’isi kugira ngo yumve ubukerebutsi bwa Salomo, mugabo, ehe uwuruta+ Salomo ari ng’aha. Luka 11:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Abagabo b’i Ninewe bazovana hasi n’iri yaruka mu rubanza baritsindishe; kuko bigaye aho bumviye ivyo Yona yamamaza+; mugabo, ehe uwuruta+ Yona ari ng’aha. Yohani 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Yezu abishura ati: “Nimusenyure uru rusengero+, nanje mu misi itatu nzoruhagurutsa.”
31 Umwamikazi+ wo mu bumanuko azohagurutsanywa n’abagabo b’iri yaruka mu rubanza abatsindishe; kuko yaje ava ku mpera z’isi kugira ngo yumve ubukerebutsi bwa Salomo, mugabo, ehe uwuruta+ Salomo ari ng’aha.
32 Abagabo b’i Ninewe bazovana hasi n’iri yaruka mu rubanza baritsindishe; kuko bigaye aho bumviye ivyo Yona yamamaza+; mugabo, ehe uwuruta+ Yona ari ng’aha.