1 Abami 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Umwami Salomo na we aha umwamikazi wa Sheba ivyamuhimbara vyose yasavye, hatarimwo ivyo yamuhaye nk’uko ugutanga kwa cane+ kw’Umwami Salomo kwari. Inyuma y’ivyo arahindukira, aja mu gihugu ciwe, we hamwe n’abasuku biwe+.
13 Umwami Salomo na we aha umwamikazi wa Sheba ivyamuhimbara vyose yasavye, hatarimwo ivyo yamuhaye nk’uko ugutanga kwa cane+ kw’Umwami Salomo kwari. Inyuma y’ivyo arahindukira, aja mu gihugu ciwe, we hamwe n’abasuku biwe+.