2 Ngoma 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Umwami Salomo na we aha umwamikazi+ wa Sheba ivyamuhimbara vyose yari yasavye, hampande y’ibinganya agaciro n’ivyo yari yazaniye umwami. Nuko arahindukira, aja mu gihugu ciwe, we hamwe n’abasuku biwe+.
12 Umwami Salomo na we aha umwamikazi+ wa Sheba ivyamuhimbara vyose yari yasavye, hampande y’ibinganya agaciro n’ivyo yari yazaniye umwami. Nuko arahindukira, aja mu gihugu ciwe, we hamwe n’abasuku biwe+.