42 Wa mwamikazi wo mu bumanuko+ azohagurutsanywa n’iri yaruka mu rubanza aritsindishe; kuko yaje ava ku mpera z’isi kugira yumve ubukerebutsi bwa Salomo, mugabo, ehe ng’aha hari ikiruta Salomo+.
31 Umwamikazi+ wo mu bumanuko azohagurutsanywa n’abagabo b’iri yaruka mu rubanza abatsindishe; kuko yaje ava ku mpera z’isi kugira ngo yumve ubukerebutsi bwa Salomo, mugabo, ehe uwuruta+ Salomo ari ng’aha.