Imigani 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umuntu azoshemezwa kubera akanwa kiwe kiyubara+, mugabo uw’umutima ugoramanze azoba uwo gukengerwa+. Imigani 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Inyishu, iyo irimwo ubwitonzi, ikevya uburake+, mugabo ijambo ritera umubabaro riduza ishavu+. Umusiguzi 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ishavu ry’umutware niryaduga ngo rikururumbire, ntuve ahawe+, kuko ubutekereji butururuza ibicumuro bikomeye+. Zakariya 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Yehova yishura nya mumarayika yariko avugana nanje, amwishura amajambo meza, amajambo ahumuriza+;
8 Umuntu azoshemezwa kubera akanwa kiwe kiyubara+, mugabo uw’umutima ugoramanze azoba uwo gukengerwa+.
4 Ishavu ry’umutware niryaduga ngo rikururumbire, ntuve ahawe+, kuko ubutekereji butururuza ibicumuro bikomeye+.
13 Nuko Yehova yishura nya mumarayika yariko avugana nanje, amwishura amajambo meza, amajambo ahumuriza+;