Imigani 13:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Uwugendana n’inkerebutsi azocika inkerebutsi+, mugabo uwugirana imigenderanire n’ibijuju azokwibonerako+. Yesaya 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Uduhungu ni two nzogira abaganwa babo, kandi ububasha bw’akiganzo gusa ni bwo buzobaganza+. 2 Timoteyo 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko hazoshika igihe aho batazokwihanganira ya nyigisho ngirakamaro+, mugabo nk’uko ivyipfuzo vyabo bwite biri, bazokwirundaniriza abigisha kugira ngo amatwi yabo yagazwe+;
20 Uwugendana n’inkerebutsi azocika inkerebutsi+, mugabo uwugirana imigenderanire n’ibijuju azokwibonerako+.
3 Kuko hazoshika igihe aho batazokwihanganira ya nyigisho ngirakamaro+, mugabo nk’uko ivyipfuzo vyabo bwite biri, bazokwirundaniriza abigisha kugira ngo amatwi yabo yagazwe+;