ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 20:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Adoramu+ yagaba abagenewe ibikorwa vy’agahato; Yehoshafati+ mwene Ahiludi akaba umukarani.

  • 1 Abami 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ahishari yagaba urugo, Adoniramu+ mwene Abuda na we akagaba abagenewe ibikorwa vy’agahato+.

  • 1 Abami 12:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Inyuma y’aho, Umwami Rehobowamu arungika Adoramu+, uwagaba abagenewe ibikorwa vy’agahato+, mugabo Isirayeli yose imutera amabuye+, arapfa. Umwami Rehobowamu we, biramukundira kwurira mu mukogote kugira ngo ahungire i Yeruzalemu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika