Kuvayo 17:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Amaherezo Musa aririra Yehova ati: “Aba bantu ndabagire nte? Hasigaye gato bakantera amabuye+!” Guharura 14:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ariko ikoraniro ryose rivuga ivyo kubatera amabuye+. Maze ubuninahazwa bwa Yehova buboneka kw’ihema ry’ihuriro, bubonekera bene Isirayeli bose+. 2 Ngoma 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Inyuma y’aho, Umwami Rehobowamu arungika Hadoramu+, uwagaba abagenewe ibikorwa vy’agahato, mugabo bene Isirayeli bamutera amabuye+, arapfa. Umwami Rehobowamu we, biramukundira kwurira mu mukogote wiwe kugira ngo ahungire i Yeruzalemu+. 2 Ngoma 24:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Amaherezo bamugīra umugambi mubi+ maze bamutera amabuye+ mu kigo c’inzu ya Yehova bitegetswe n’umwami. Ivyakozwe 5:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Maze umukuru w’abarinzi ajana n’abapolisi biwe, arabazana, mugabo ata kubagirira nabi, kuko batinya+ ko abantu babatera amabuye.
10 Ariko ikoraniro ryose rivuga ivyo kubatera amabuye+. Maze ubuninahazwa bwa Yehova buboneka kw’ihema ry’ihuriro, bubonekera bene Isirayeli bose+.
18 Inyuma y’aho, Umwami Rehobowamu arungika Hadoramu+, uwagaba abagenewe ibikorwa vy’agahato, mugabo bene Isirayeli bamutera amabuye+, arapfa. Umwami Rehobowamu we, biramukundira kwurira mu mukogote wiwe kugira ngo ahungire i Yeruzalemu+.
21 Amaherezo bamugīra umugambi mubi+ maze bamutera amabuye+ mu kigo c’inzu ya Yehova bitegetswe n’umwami.
26 Maze umukuru w’abarinzi ajana n’abapolisi biwe, arabazana, mugabo ata kubagirira nabi, kuko batinya+ ko abantu babatera amabuye.