1 Abami 12:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Inyuma y’aho, Umwami Rehobowamu arungika Adoramu+, uwagaba abagenewe ibikorwa vy’agahato+, mugabo Isirayeli yose imutera amabuye+, arapfa. Umwami Rehobowamu we, biramukundira kwurira mu mukogote kugira ngo ahungire i Yeruzalemu.
18 Inyuma y’aho, Umwami Rehobowamu arungika Adoramu+, uwagaba abagenewe ibikorwa vy’agahato+, mugabo Isirayeli yose imutera amabuye+, arapfa. Umwami Rehobowamu we, biramukundira kwurira mu mukogote kugira ngo ahungire i Yeruzalemu.