1 Abami 11:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Hanyuma abwira Yerobowamu ati: “Itorere ibipande cumi; kuko ibi ari vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ehe nshikuye ubwami mu kuboko kwa Salomo, kandi nzoguha ata gukeka imiryango cumi+. 2 Ngoma 10:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko umwami ntiyumviriza abantu; kuko iryo ryari ihinduka ry’ibintu rivuye ku Mana y’ukuri+, kugira ngo Yehova ashitse ijambo ryiwe+ yari yarabwiye Yerobowamu mwene Nebati+ biciye kuri Ahiya+ Umunyashilo+.
31 Hanyuma abwira Yerobowamu ati: “Itorere ibipande cumi; kuko ibi ari vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ehe nshikuye ubwami mu kuboko kwa Salomo, kandi nzoguha ata gukeka imiryango cumi+.
15 Nuko umwami ntiyumviriza abantu; kuko iryo ryari ihinduka ry’ibintu rivuye ku Mana y’ukuri+, kugira ngo Yehova ashitse ijambo ryiwe+ yari yarabwiye Yerobowamu mwene Nebati+ biciye kuri Ahiya+ Umunyashilo+.