2 Samweli 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami bwiwe gushika igihe kitagira urugero+. 1 Ngoma 17:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nzotuma ahagarara mu nzu+ yanje no mu ngoma+ yanje gushika igihe kitagira urugero, kandi intebe y’ubwami yiwe+ izoba iy’igihe kitagira urugero.”’”
13 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami bwiwe gushika igihe kitagira urugero+.
14 Nzotuma ahagarara mu nzu+ yanje no mu ngoma+ yanje gushika igihe kitagira urugero, kandi intebe y’ubwami yiwe+ izoba iy’igihe kitagira urugero.”’”