1 Abami 11:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Haba kandi Yerobowamu+ mwene Nebati Umwefurayimu w’i Zereda, umusuku wa Salomo+, nyina akaba yitwa Zeruwa, umugore w’umupfakazi. Na we nyene atangura kubangurira ukuboko umwami+.
26 Haba kandi Yerobowamu+ mwene Nebati Umwefurayimu w’i Zereda, umusuku wa Salomo+, nyina akaba yitwa Zeruwa, umugore w’umupfakazi. Na we nyene atangura kubangurira ukuboko umwami+.