Gusubira mu vyagezwe 32:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Bashikanira ibimazi amadayimoni*, ntibabishikanira Imana+,Babishikanira imana batari baramenye+,Imana nshasha zije vuba+,Izo ba sogokuruza banyu batari bazi. 2 Abami 19:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi imana zayo bazihaye umuriro, kuko zitari imana+, mugabo zari izahinguwe n’amaboko y’umuntu+, izahinguwe mu biti no mu mabuye; ku buryo baziranduye. Ivyakozwe 19:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Vyongeye, murabona kandi murumva ingene uyo Paulo yatumye isinzi ritari rito rinyurwa kandi akarikebereza ku kindi ciyumviro, atari i Efeso+ gusa ariko hafi mu ntara ya Aziya yose, akavuga yuko izakozwe n’amaboko+ atari imana.
17 Bashikanira ibimazi amadayimoni*, ntibabishikanira Imana+,Babishikanira imana batari baramenye+,Imana nshasha zije vuba+,Izo ba sogokuruza banyu batari bazi.
18 Kandi imana zayo bazihaye umuriro, kuko zitari imana+, mugabo zari izahinguwe n’amaboko y’umuntu+, izahinguwe mu biti no mu mabuye; ku buryo baziranduye.
26 Vyongeye, murabona kandi murumva ingene uyo Paulo yatumye isinzi ritari rito rinyurwa kandi akarikebereza ku kindi ciyumviro, atari i Efeso+ gusa ariko hafi mu ntara ya Aziya yose, akavuga yuko izakozwe n’amaboko+ atari imana.