ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 23:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Ntiyitegereje ububasha bw’ivy’amageza+ na bumwe bwo kugirira nabi Yakobo,

      Kandi nta vyago yabonye kuri Isirayeli.

      Yehova Imana yiwe ari kumwe na we+,

      Kandi muri we hasamirana impundu y’umwami.

  • Gusubira mu vyagezwe 20:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 kuko Yehova Imana yanyu agendana namwe ngo abarwanire mu kurwanya abansi banyu, kugira abakize+.’

  • Zaburi 20:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Bamwe bavuga ivyerekeye imikogote abandi ivyerekeye amafarasi+,

      Ariko tweho ivyerekeye izina rya Yehova Imana yacu ni vyo tuzovuga+.

  • Abaroma 8:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 None tuvuge iki kuri ivyo? Nimba Imana idushigikiye, ni nde azoturwanya+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika