2 Ngoma 11:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko bakurikirwa n’abantu bavuye mu miryango yose ya Isirayeli bari bashize umutima wabo ku kurondera Yehova Imana ya Isirayeli; abo bantu baza i Yeruzalemu+ gushikanira ibimazi+ Yehova Imana ya ba sekuruza.
16 Nuko bakurikirwa n’abantu bavuye mu miryango yose ya Isirayeli bari bashize umutima wabo ku kurondera Yehova Imana ya Isirayeli; abo bantu baza i Yeruzalemu+ gushikanira ibimazi+ Yehova Imana ya ba sekuruza.