ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 39:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nuko shebuja abona ko Yehova yari kumwe na we kandi ko Yehova yatuma aroranirwa mu kintu cose yakora.

  • 1 Samweli 18:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Nuko Sauli abona kandi amenya yuko Yehova yari kumwe na Dawidi+. Kandi Mikali umukobwa wa Sauli yaramukunda+.

  • Zakariya 8:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Muri iyo misi, abantu cumi bo mu ndimi zose z’amahanga+ bazofata+ koko impuzu* y’Umuyuda+, bavuge bati: “Turajana+, kuko twumvise yuko Imana iri kumwe namwe+.”’”

  • Ivyakozwe 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nya bakuru b’imiryango bagirira ishari+ Yozefu, bamugurisha mu Misiri+. Mugabo Imana yari kumwe na we+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika