1 Abami 15:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mbere na Mayaka+ inakuru, amukura mu kibanza co kuba umugore w’iteka+, kuko yari yarakoze ikigirwamana giteye ishishi agikoreye igikingi ceranda; hanyuma Asa asitura ico kigirwamana ciwe giteye ishishi+ araheza agituririra+ mu mwonga Kidironi+. 2 Ngoma 19:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko rero, mutinye Yehova+. Mube maso mukore+, kuko ata kutagororoka+ canke ukugira nkunzi+ canke ukurya igiturire+ biri muri Yehova Imana yacu.”
13 Mbere na Mayaka+ inakuru, amukura mu kibanza co kuba umugore w’iteka+, kuko yari yarakoze ikigirwamana giteye ishishi agikoreye igikingi ceranda; hanyuma Asa asitura ico kigirwamana ciwe giteye ishishi+ araheza agituririra+ mu mwonga Kidironi+.
7 Nuko rero, mutinye Yehova+. Mube maso mukore+, kuko ata kutagororoka+ canke ukugira nkunzi+ canke ukurya igiturire+ biri muri Yehova Imana yacu.”