1 Abami 7:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Amaherezo igikorwa cose Umwami Salomo yabwirizwa gukora ku bijanye n’inzu ya Yehova kirarangira+; nuko Salomo atangura kwinjiza ibintu Dawidi se wiwe yagize vyeranda+; ifeza n’inzahabu be n’ibintu vyo gukoresha, abishira mu matunga y’inzu ya Yehova+. 1 Ngoma 26:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Uwo Shelomoti na bene wabo bari bajejwe amatunga yose y’ibintu vyagizwe vyeranda+, ivyo Dawidi+ umwami, n’abakuru b’amazu ya ba sekuru+ babo, n’abakuru b’ibihumbi n’ab’amajana, n’abakuru b’ingabo bari baragize vyeranda.
51 Amaherezo igikorwa cose Umwami Salomo yabwirizwa gukora ku bijanye n’inzu ya Yehova kirarangira+; nuko Salomo atangura kwinjiza ibintu Dawidi se wiwe yagize vyeranda+; ifeza n’inzahabu be n’ibintu vyo gukoresha, abishira mu matunga y’inzu ya Yehova+.
26 Uwo Shelomoti na bene wabo bari bajejwe amatunga yose y’ibintu vyagizwe vyeranda+, ivyo Dawidi+ umwami, n’abakuru b’amazu ya ba sekuru+ babo, n’abakuru b’ibihumbi n’ab’amajana, n’abakuru b’ingabo bari baragize vyeranda.