ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 20:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nayo Beni-hadadi+ umwami wa Siriya, akoraniriza hamwe inteko za gisirikare ziwe zose, ari kumwe+ n’abami mirongo itatu na babiri n’amafarasi+ n’imikogote+, maze aduga gusugereza+ Samariya+ no kuharwanya.

  • 2 Abami 8:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nuko Elisha aza i Damasiko+; kandi Beni-hadadi+ umwami wa Siriya yari arwaye. Bamumenyesha rero bati: “Wa muntu w’Imana+ y’ukuri yashitse ino.”

  • 2 Abami 12:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Yehowasi umwami wa Yuda aca atora amashikanwa meranda yose+ Yehoshafati na Yehoramu na Ahaziya ba sekuruza biwe, abami ba Yuda, bari bejeje be n’amashikanwa meranda yiwe n’inzahabu zose zari mu matunga y’inzu ya Yehova no mu nzu y’umwami, ayarungikira+ Hazayeli umwami wa Siriya. Nuko uno asubira inyuma areka gutera Yeruzalemu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika