ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 24:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Mu misi ya Yehoyakimu, Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni aduga gutera igihugu; Yehoyakimu rero amara imyaka itatu ari umusuku wiwe+. Ariko aramuhinduka, aramugarariza.

  • 2 Abami 25:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Nuko mu mwaka ugira icenda+ Zedekiya ari umwami, mu kwezi kugira cumi+, ku musi ugira cumi w’ukwo kwezi, Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni araza+, egome, we n’inteko za gisirikare ziwe zose, baza gutera Yeruzalemu; nuko barakambika ngo bayitere, bubaka irya n’ino uruhome rw’ukuyisugereza+.

  • 2 Abami 25:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mu kwezi kugira gatanu, ku musi ugira indwi w’ukwo kwezi, ari wo mwaka ugira cumi n’icenda+ w’Umwami Nebukadinezari umwami wa Babiloni, Nebuzaradani+ umukuru w’abacungera ubuzima, umusuku w’umwami wa Babiloni, ashika i Yeruzalemu+.

  • Yeremiya 39:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Mu mwaka ugira icenda wa Zedekiya umwami wa Yuda, mu kwezi kugira cumi+, Nebukadirezari umwami wa Babiloni n’inteko za gisirikare ziwe zose baza i Yeruzalemu maze batangura kuhasugereza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika