ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nuko Hagayi+ umuhanuzi na Zekariya+ umwuzukuru wa Ido+ umuhanuzi bavuga ubuhanuzi mw’izina+ ry’Imana ya Isirayeli yari hejuru yabo+, babwira Abayuda bari muri Yuda n’i Yeruzalemu.

  • Hagayi 1:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nuko Zerubabeli+ mwene Sheyalutiyeli, na Yosuwa mwene Yehozadaki+ umuherezi mukuru, n’amasigarira yose y’ico gisata, bumviriza ijwi rya Yehova Imana yabo+, n’amajambo ya Hagayi+ umuhanuzi, kuko Yehova Imana yabo yari yamutumye; maze abantu batangura gutinya kubera Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika