Zakariya 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Mu kwezi kugira umunani, mu mwaka ugira kabiri wa Dariyo+, ijambo rya Yehova riza kuri Zekariya+ mwene Berekiya, Berekiya mwene Ido+, umuhanuzi, riti: Zakariya 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi abari kure bazoza bubake koko mu rusengero rwa Yehova+.” Maze muzomenya yuko Yehova nyen’ingabo ari we yabantumyeko+. Ivyo bizoba, nimwumviriza koko ijwi rya Yehova Imana yanyu+.’”
1 Mu kwezi kugira umunani, mu mwaka ugira kabiri wa Dariyo+, ijambo rya Yehova riza kuri Zekariya+ mwene Berekiya, Berekiya mwene Ido+, umuhanuzi, riti:
15 Kandi abari kure bazoza bubake koko mu rusengero rwa Yehova+.” Maze muzomenya yuko Yehova nyen’ingabo ari we yabantumyeko+. Ivyo bizoba, nimwumviriza koko ijwi rya Yehova Imana yanyu+.’”