Ezira 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko ntangura kubegeraniriza ku ruzi+ ruja i Ahava+; tuguma dukambitse ng’aho imisi itatu, kugira nsuzume nitonze abantu+ n’abaherezi+, mugabo nta n’umwe muri bene Lewi+ nasanze ng’aho.
15 Nuko ntangura kubegeraniriza ku ruzi+ ruja i Ahava+; tuguma dukambitse ng’aho imisi itatu, kugira nsuzume nitonze abantu+ n’abaherezi+, mugabo nta n’umwe muri bene Lewi+ nasanze ng’aho.