Nehemiya 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nongera kubwira umwami nti: “Nimba umwami abona ko ari vyiza, nimpabwe amakete+ nshira ba buramatari+ bo hakurya ya rwa Ruzi+, kugira bandeke ndengane gushika nshitse muri Yuda; Nehemiya 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Hanyuma Melatiya Umunyagibeyoni+ na Yadoni Umunyameronoti+, abagabo b’i Gibeyoni+ n’i Mizipa+ begukira intebe y’ubwami ya buramatari+ wo hakurya ya rwa Ruzi+, bakora igikorwa co gusanasana iruhande yabo.
7 Nongera kubwira umwami nti: “Nimba umwami abona ko ari vyiza, nimpabwe amakete+ nshira ba buramatari+ bo hakurya ya rwa Ruzi+, kugira bandeke ndengane gushika nshitse muri Yuda;
7 Hanyuma Melatiya Umunyagibeyoni+ na Yadoni Umunyameronoti+, abagabo b’i Gibeyoni+ n’i Mizipa+ begukira intebe y’ubwami ya buramatari+ wo hakurya ya rwa Ruzi+, bakora igikorwa co gusanasana iruhande yabo.