Yosuwa 18:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 na Mizipe+ na Kefira+ na Moza, 2 Ngoma 16:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nayo Asa umwami, ahitana Yuda yose+, maze batangura gutwara amabuye y’igisagara ca Rama+ n’ibiti vyaco, ivyo Bayasha yari yarubakishije+, atangura kuvyubakisha Geba+ na Mizipa+. Yeremiya 40:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Yeremiya aja kuri Gedaliya+ mwene Ahikamu i Mizipa+, abana na we hagati mu bantu bari basigaye mu gihugu.
6 Nayo Asa umwami, ahitana Yuda yose+, maze batangura gutwara amabuye y’igisagara ca Rama+ n’ibiti vyaco, ivyo Bayasha yari yarubakishije+, atangura kuvyubakisha Geba+ na Mizipa+.
6 Nuko Yeremiya aja kuri Gedaliya+ mwene Ahikamu i Mizipa+, abana na we hagati mu bantu bari basigaye mu gihugu.