Yesaya 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze arawurima, awukuramwo amabuye, awuteramwo umuzabibu utukura w’indobanurwa, yongera yubaka umunara hagati muri wo+. Yimvyemwo kandi uruganiro rw’umuvinyu+. Kandi yaguma yiteze ko uzokwama inzabibu+, mugabo urahava wama inzabibu z’inyeshamba+. Yesaya 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubu rero, munkundire ndabamenyeshe ico ngira ngirire umurima wanje w’imizabibu: Uruzitiro rwawo ruzokurwaho+, kandi uzotegerezwa gutongorwa+. Uruhome rwawo rw’amabuye ruzotegerezwa gusenyuka, kandi uzotegerezwa kuba ahantu ho guhonyangwa+.
2 Maze arawurima, awukuramwo amabuye, awuteramwo umuzabibu utukura w’indobanurwa, yongera yubaka umunara hagati muri wo+. Yimvyemwo kandi uruganiro rw’umuvinyu+. Kandi yaguma yiteze ko uzokwama inzabibu+, mugabo urahava wama inzabibu z’inyeshamba+.
5 Ubu rero, munkundire ndabamenyeshe ico ngira ngirire umurima wanje w’imizabibu: Uruzitiro rwawo ruzokurwaho+, kandi uzotegerezwa gutongorwa+. Uruhome rwawo rw’amabuye ruzotegerezwa gusenyuka, kandi uzotegerezwa kuba ahantu ho guhonyangwa+.