Gusubira mu vyagezwe 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntuze wunge na bo ubucuti bw’ukwabirana. Umukobwa wawe ntuze umuhe umuhungu wiwe, n’umukobwa wiwe ntuze umusabire umuhungu wawe+. Ezira 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 amaherezo barangiza ivy’abagabo bose bari barabiriye abagore b’abanyamahangakazi+, ku musi wa mbere w’ukwezi kwa mbere. 2 Abakorinto 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ntimuboherwe ku ngǒgo* hamwe n’abatemera+ kandi bitajana. Kuko, ubugororotsi n’ubugarariji bihuriye ku ki+? Canke umuco usangiye iki n’umwiza+?
3 Ntuze wunge na bo ubucuti bw’ukwabirana. Umukobwa wawe ntuze umuhe umuhungu wiwe, n’umukobwa wiwe ntuze umusabire umuhungu wawe+.
17 amaherezo barangiza ivy’abagabo bose bari barabiriye abagore b’abanyamahangakazi+, ku musi wa mbere w’ukwezi kwa mbere.
14 Ntimuboherwe ku ngǒgo* hamwe n’abatemera+ kandi bitajana. Kuko, ubugororotsi n’ubugarariji bihuriye ku ki+? Canke umuco usangiye iki n’umwiza+?