-
Nehemiya 3:15Bibiliya y’isi nshasha
-
-
15 Irembo ryo kw’Isôko+ riba ari ryo Shaluni mwene Kolihoze, umuganwa w’intara ya Mizipa+, asanasana; we ubwiwe araryubaka, arishirako igisenge yongera ashiraho imiryango+ yaryo n’ivyugazo vyaryo n’ibihindizo vyaryo; asanasana n’uruhome rw’Ikidengeri+ c’Umugende amaja ku Murima w’Umwami+ no gushika ku Nzira y’Ingazi+ imanuka ivuye mu Gisagara ca Dawidi+.
-