Zaburi 50:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.” Zaburi 55:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nayo jewe, nzosemerera ntakambira Imana+;Kandi Yehova ubwiwe azonkiza+.